Prezida Neva arahimiriza Abarundi kugira imigambi y'iterambere, kuko ngo "gato kavamwo kanini"
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2023-09-05
Просмотров: 16034
Описание: Mu gihe yariko agendera ibikorwa asanzwe arangura, bigizwe n'uburimyi n'ubworozi biri muri komine Bugendana, Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yasavye abarundi ko bokwijukira irima ryo mu ci hanyuma bagatinyuka bagasaba ingurane mu banki kugira ngo bashobore gukora ibikorwa vy'iterambere. #Burundi
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: