#AACB
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2023-08-24
Просмотров: 9211
Описание:
Urwego rujejwe ivy'indege n'ibibuga vy'indege mu #Burundi (AACB) rwabateguriye ireresi yerekana ivyo rujejwe ivyo rumaze kurangura n'ivyo rwimirije kurangura. Iyo reresi ikaba yateguwe mu ntumbero yo kumenyekanisha ku benegihugu ndetse n'abanyamahanga. Umuyobozi mukuru w'urwo rwego, Ambassadeur Joël Nkurabagaya yaragize ico ashikiriza ku ngendo mbi y'abakozi bamwe bamwe basegerereza canke bakibisha uruyeri ku ngenzi zikoresha ikibuga c'indege mpuzamakungu citiriwe Melchior Ndadaye.
__________________________________________
L' Autorité de l'Aviation civile du Burundi AACB a réalisé un documentaire montrant ce que c'est cette institution et ses grandes réalisations. Ce documentaire a pour but de promouvoir l'image, la réputation et le renforcement de sa visibilité envers le public tant National qu'International. Le Directeur Général de l'AACB, Ambassadeur Joël Nkurabagaya s'est exprimé sur la mauvaise habitude de mendicité de vol et rançonnage auprès des voyageurs pour certains travailleurs opérations à l'Aéroport International Melchior Ndadaye.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: