ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

Ivoka turima mu Burundi nizo zikenewe? Umviriza Ferdinand Habimana arongoye CNDD-FDD/Butanyerera

Автор: Cndd-Fdd - TV

Загружено: 2024-05-19

Просмотров: 2471

Описание: 🔴Nimba uri umurimyi w’ivoka, raba ko uriko urarima ivoka rishoka kw’ishoko mpuzamakungu.
----------------------------------------------------------------
« Igiterwa c’ivoka gishobora gutanga umwizero wo gushika ku mbonakazoza y’igihugu mu gihe abaneguhu bujukiye kukirima kandi bakagikorera neza, bakarima ubwoko bw’ivoka rya ruhere (Hass) buhurumbirwa kw’isoko mpuzamakungu, urupapuro rwotuma amavoka ashorwa mu bihugu bitandukanye (Certification) rukaboneka.» Vyashikirijwe n’Umunyamabanga w’Umugambwe CNDD-FDD mu ntara ya Butanyerera Ferdinand Habimana, yari amaze imisi akurikirana ibijanye n’igiterwa c’ivoka mu bindi bihugu. Hari mu gihe, ku magenekerezo ya 17 na 18 Rusama 2024, abagumyabanga bo mu makomine ya Kiremba na Tangara mu ntara ya Butanyerera bariko barasigurirwa ingingo zapfunditswe n’Imana ya komite Nkuru y’Umugambwe CNDD-FDD.

Ferdinand Habimana yemeza ko umwenegihugu umwe umwe naho yorima ibiti cumi vy’ivoka ; ashobora kwinjiza imiriyoni zirenga zitanu z’amafaranga y’amarundi ( 5.000.000Fbu) ku mwaka.
Ku bijanye n’amavoka arimwa mu Burundi, Ferdinand Habimana arasaba abarundi kuraba ko bariko bararima amavoka ahurumbirwa kw’isoko mpuzamakungu, ati : « Amavoka yaratewe nivyo, kuva kuri Sogokuru Petero Nkurunziza. Mu Burundi haratewe amavoka menshi, ariko haterwa amavoka atariyo akenewe kw’isoko mpuzamakungu. Ayamaze kurimwa akenewe kw’isoko mpuzamakungu ntarenga ibice mirongo ibiri kw’ijana ( 20%). Ntihaze hagire uwuvuga ko afise amavoka menshi, adafise amavoka ya Ruhere (Hass). »

Mu ngingo zafashwe n’Inama ya komite Nkuru y’Umugambwe, haravuzwe ko mu myaka itanu, Uburundi butegerezwa kudandaza, umwimbu w’ivoka ugera kw’itoni umuriyoni (1.000.000T). Ferdinand Habimana yizeza Ubuserukizi bw’Umugambwe mu gihugu ko ico gishoboka, ndetse we akabona ko uwo mwimbu uzoboneka muri Butanyerera gusa aravye umurindi bariko mu kurima ivoka.

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
Ivoka turima mu Burundi nizo zikenewe? Umviriza Ferdinand Habimana arongoye CNDD-FDD/Butanyerera

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

NYAXO COMEDY : Imbere Y'urukiko

NYAXO COMEDY : Imbere Y'urukiko

Igice ca 1 c'ibibazo abamenyeshamakuru babajije Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo n'inyishu yabahaye.

Igice ca 1 c'ibibazo abamenyeshamakuru babajije Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo n'inyishu yabahaye.

INKONA IRARARA By Orchestre Akarere

INKONA IRARARA By Orchestre Akarere

Ubuhinga budasanzwe abatimbo b'ingoma berekanye mu birori vyo kwigina isabukuru y'imico n'akaranga

Ubuhinga budasanzwe abatimbo b'ingoma berekanye mu birori vyo kwigina isabukuru y'imico n'akaranga

Uruganda CURIJAMBO n'umuririmvyi Bahaga, umwigisha Mberamihigo n'umumenyeshamakuru Théodore Ntunga

Uruganda CURIJAMBO n'umuririmvyi Bahaga, umwigisha Mberamihigo n'umumenyeshamakuru Théodore Ntunga

UKO IKIBUGA CYA BUJUMBURA CYAGIZE INGARUKA KU NGENDO ZA PRES. NDAYISHIMIYE || NETANYAHU YASUYE TRUMP

UKO IKIBUGA CYA BUJUMBURA CYAGIZE INGARUKA KU NGENDO ZA PRES. NDAYISHIMIYE || NETANYAHU YASUYE TRUMP

Ivoka ryokwinjiza idorari

Ivoka ryokwinjiza idorari

Umurima w'Ivyamwa(VEDIPO+)

Umurima w'Ivyamwa(VEDIPO+)

Umugambwe CNDD-FDD uvuga iki ku bavuga ko woba waragize uruhara mu bibazo umugambwe CNL waciyemwo?

Umugambwe CNDD-FDD uvuga iki ku bavuga ko woba waragize uruhara mu bibazo umugambwe CNL waciyemwo?

Umukuru w'Igihugu yagendeye umurimyi mworozi wo mu Cankuzo afise  umurima wa 90 ha z'igitegwa civoka

Umukuru w'Igihugu yagendeye umurimyi mworozi wo mu Cankuzo afise umurima wa 90 ha z'igitegwa civoka

Umukenyezi w'umu diaspora aba muri Canada ati:

Umukenyezi w'umu diaspora aba muri Canada ati:" Nifuza ko ivoka ryoba nk' inzahabu koko"

Urugendo ndongozi bocamwo kugira ibintu bigende neza/Mu mpanuro z'Umunyamabanga mukuru mu masengesho

Urugendo ndongozi bocamwo kugira ibintu bigende neza/Mu mpanuro z'Umunyamabanga mukuru mu masengesho

IKIGANIRO COSE  UMUNYAMABANGA MUKURU WA CNDD-FDD YAGIRANYE N'ABAMENYESHAMAKURU KUWA 2/01/2024

IKIGANIRO COSE UMUNYAMABANGA MUKURU WA CNDD-FDD YAGIRANYE N'ABAMENYESHAMAKURU KUWA 2/01/2024

Amavoka yahora aca kuba commissionnaire agiye kugurirwa mw'isoko ya Kinazi i Muyinga.

Amavoka yahora aca kuba commissionnaire agiye kugurirwa mw'isoko ya Kinazi i Muyinga.

Inkwavu n'amavoka vyahereye he?|Révérien Ndikuriyo

Inkwavu n'amavoka vyahereye he?|Révérien Ndikuriyo

"Nk'indongozi, ntidushaka ko abadushize imbere bicuza." Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo

Prezida Neva arahimiriza Abarundi kugira imigambi y'iterambere, kuko ngo

Prezida Neva arahimiriza Abarundi kugira imigambi y'iterambere, kuko ngo "gato kavamwo kanini"

Почему Польша купила тысячу корейских танков вместо Абрамсов и Леопардов?

Почему Польша купила тысячу корейских танков вместо Абрамсов и Леопардов?

A la rencontre de Jesus Marie Joseph NTINANIRWA, un horticulteur de Muyinga.

A la rencontre de Jesus Marie Joseph NTINANIRWA, un horticulteur de Muyinga.

Igice ca 2/2 c'Ikiganiro caremeshejwe na Nyeniteka Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD

Igice ca 2/2 c'Ikiganiro caremeshejwe na Nyeniteka Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]