Ikirwa gitinyitse cane kw’isi, gituwe n’inzoka gusa – Ilha da Queimada Grande
Автор: Olivier Média
Загружено: 2026-02-06
Просмотров: 36
Описание:
ILHA DA QUEIMADA GRANDE ni ikirwa kiri mu gihugu ca Brésil kizwi kw’isi yose kubera inzoka nyinshi zifise ubumara bukomeye cane. Muri iyi documentaire idasanzwe, turinjira mu mabanga y’iki kirwa kibujijwe, tukerekana amateka yaco, impamvu inzoka zagwiriyeyo, n’ukuntu abashakashatsi bashira ubuzima bwabo mu kaga kugira bige ubumara bushobora kurokora abantu.
Turavuga ku nkuru z’abigeze gushika kuri iki kirwa, ku lighthouse yasigaye ari ikimenyetso c’akaga, no ku kuri gutangaje kwerekana ko nature ishobora kuba nziza kandi iteje ubwoba mu gihe kimwe. Iyi ni documentaire y’ukuri, yuzuye ubumenyi, amabanga, n’ibintu bitangaje abantu benshi batigeze bamenya.
Niwakunda documentaires z’ibintu bitangaje, nature, n’amabanga y’isi, iyindi vidéo ni iyawe. Subira uduhe iciyumviro cawe muri commentaires kandi wiyandikishe(Subscribe) kugira ntuhushwe izindi documentaires zidasanzwe.
#SnakeIsland
#IlhaDaQueimadaGrande
#Documentaire
#FaitsInsolites
#NatureDangereuse
#CuriositésDuMonde
#Découverte
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: