ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

Aya ma moto 10 ntawigeze ayabona. /Igiciro cakataraboneka

Автор: Olivier Média

Загружено: 2026-01-18

Просмотров: 8

Описание: Mwiriwe neza kandi murakaza neza muri iyi documentaire idasanzwe ivuga ku moto 10 zihenze cane kw’isi.
Muri iyi video, turagufasha gutahura neza uko isi y’ubukire bukabije (luxury extreme) imeze mu rwego rw’amapikipiki, aho moto imwe ishobora kugura ama miliyoni y’amadorari adashobora kwiyumvirwa n’abantu benshi.
Turaganira ku:
Aho izo moto zakorewe n’ibihugu vyazikoze
Amashirahamwe n’abantu bazikoze
Igiciro cazo mu madolari ya Amerika (USD)
N’agaciro kazo mu mafaranga y’Abarundi (FBu) dufatiye ku rugero rwa 1$ = 6,000 FBu
Hamwe n’igihe buri moto yagiriye ku isoko canke yamamaye mu mateka
Iyi si inkuru y’imikino gusa, ni inyigisho ku bukire, amateka, ikoranabuhanga n’ukuntu ibintu bimwe bigira agaciro karenze kwiyumvira.
Zimwe muri izo moto si izo kugendesha ku mihanda, ahubwo ni ibikoresho vya collection, ibimenyetso vy’ubutunzi n’ububasha ku nbabifise.
Niwaba ukunda:
ama-documentaire y’ubwenge
ibintu bidasanzwe kw’isi
inkuru z’ababilionaire
canke amateka ya moto n’imodoka
👉 Iyi video ni iyawe. Raba gushika ku mpera kugira umenye iyo moto ihenze cane kw’isi n’igituma igura ayo mafaranga yose.
Ntiwibagire gukanda kuri Like, Subscribe, no gusiga igitekerezo cawe muri commentaire 👇
Woba wokoresha ayo mafaranga kuri moto imwe? Canke wokayagura ibindi bintu?

#Motozihenze
#Top10Moto
#LuxuryExtreme
#Documentaire
#Ubutunzi
#MotoKwIsi
#KirundiContent

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
Aya ma moto 10 ntawigeze ayabona. /Igiciro cakataraboneka

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

Ikirwa gitinyitse cane kw’isi, gituwe n’inzoka gusa – Ilha da Queimada Grande

Ikirwa gitinyitse cane kw’isi, gituwe n’inzoka gusa – Ilha da Queimada Grande

I Bought an Abandoned Honda CB1100 for Just $200 After 10 Years – Can This Scrap Be Restored?

I Bought an Abandoned Honda CB1100 for Just $200 After 10 Years – Can This Scrap Be Restored?

Бой Усика за $400 МИЛЛИОНОВ — Это Было Жестко

Бой Усика за $400 МИЛЛИОНОВ — Это Было Жестко

Ivyo ata muntu avuga ku rupfu rw’ivyuma bizunguruka isi

Ivyo ata muntu avuga ku rupfu rw’ivyuma bizunguruka isi

I biratangaje cane:Dore ubumuro butanu bwo kurya Tungurusumu

I biratangaje cane:Dore ubumuro butanu bwo kurya Tungurusumu

Забираю свой уникальный в мире Mansory Rolls-Royce (1 из 1)

Забираю свой уникальный в мире Mansory Rolls-Royce (1 из 1)

Amabuye 10 Ahambaye Cane Kw’Isi: Ibuye Rimwe Rishobora Kugura Inzu Yose 😱(Amabuye yagaciro)

Amabuye 10 Ahambaye Cane Kw’Isi: Ibuye Rimwe Rishobora Kugura Inzu Yose 😱(Amabuye yagaciro)

Extremely Dirty Sedan Gets a Deep and Satisfying Wash

Extremely Dirty Sedan Gets a Deep and Satisfying Wash

Prezydent wzywa szefów służb w trybie pilnym! Rosyjskie służby w cieniu polskiego Sejmu!

Prezydent wzywa szefów służb w trybie pilnym! Rosyjskie służby w cieniu polskiego Sejmu!

Ibihugu 10 Bikanye(Bikonje)Cane Kw’Isi: Aho Izuba Ribura Amezi, Ariko Ubuzima Bukabandanya

Ibihugu 10 Bikanye(Bikonje)Cane Kw’Isi: Aho Izuba Ribura Amezi, Ariko Ubuzima Bukabandanya

Замена Усику? Украинец  Уничтожает Всех | Будущий Чемпион?

Замена Усику? Украинец Уничтожает Всех | Будущий Чемпион?

Amerika yabaye igihugu cambere kw’Isi kubera ikintu kimwe

Amerika yabaye igihugu cambere kw’Isi kubera ikintu kimwe

 Buri mwaka, ibihumbi vy’inyamaswa bipfira hano...(Serengeti)

Buri mwaka, ibihumbi vy’inyamaswa bipfira hano...(Serengeti)

All New Toyota Alphard The Luxury VIP 7 Seater! Interior and Exterior

All New Toyota Alphard The Luxury VIP 7 Seater! Interior and Exterior

INDIE: Miasteczko bez białych turystów - co nas czeka? Lokalne życie bez filtrów w Vellore

INDIE: Miasteczko bez białych turystów - co nas czeka? Lokalne życie bez filtrów w Vellore

Aha ni ho pétrole y’isi yose iri  kandi birateye ubwoba

Aha ni ho pétrole y’isi yose iri kandi birateye ubwoba

Doda - Pamiętnik (Official Video)

Doda - Pamiętnik (Official Video)

Бразилец уничтожил 50 бойцов, но НАШ ДЕСАНТНИК зарубился с ним! Брутальный НОКАУТ в жестокой битве!

Бразилец уничтожил 50 бойцов, но НАШ ДЕСАНТНИК зарубился с ним! Брутальный НОКАУТ в жестокой битве!

Ahantu 10 hakanganye cane kw’Isi ya rurema utakwipfuza kugera kuko ntiwahava uri muzima

Ahantu 10 hakanganye cane kw’Isi ya rurema utakwipfuza kugera kuko ntiwahava uri muzima

ASMR Car Restoration! Full Restoration 1952 Jaguar XK120 from Abandoned State to Looking New

ASMR Car Restoration! Full Restoration 1952 Jaguar XK120 from Abandoned State to Looking New

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]