Buri mwaka, ibihumbi vy’inyamaswa bipfira hano...(Serengeti)
Автор: Olivier Média
Загружено: 2026-01-31
Просмотров: 77
Описание:
Serengeti si parike isanzwe.
Si ahantu ho kuraba inyamaswa gusa.
Ni umutima uhema w’isi,
aho amategeko y’ubuzima atigeze yandikwa n’umuntu,
ariko akurikizwa kuva imyaka ibihumbi n’ibihumbi.
Muri iyi documentaire idasanzwe, turinjira muri Serengeti Ecosystem,
imwe mu hantu hake kw’isi hatigeze gusenyuka n’abantu.
Tuzoca turabira hamwe:
– ukuntu inyamaswa zirenga imiriyoni 2 zigenda ata carte, ata GPS
– La Grande Migration, urugendo rw’urupfu n’ubuzima
– intare, cheetah, ingona, n’ibindi bikoko bikomeye kurusha ibindi kw’isi
– ukuntu Serengeti yinjiriza Tanzaniya imiriyari zirenga 2 z’amadolari ku mwaka
– n’impamvu gusenya Serengeti vyoba bisobanura iherezo ryacu twese
Iyi si film yo gutinya.
Si n’inkuru yo kwidagadura gusa.
Ni ikibazo kireba ikiremwa muntu cose.
👉 Tanga iciyumviro cawe muri commentaires:
Wiyumvira iki iyo Serengeti yobura ejo?
📌 Nimba ukunda documentaires, nature, faits insolites, Afrique,
iyi vidéo ni iyawe.
#Serengeti
#GrandeMigration
#NatureAfrica
#DocumentaireAfricain
#FaitsInsolites
#WildlifeDocumentary
#ProtectNature
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: