IMITEGO 5 IRWAMO BENSHI BAKORA DUBAI
Автор: Coach Japhet Official
Загружено: 2025-11-26
Просмотров: 402
Описание:
#dubai #akazi #amafaranga #ubutunzi #coachjaphet
Urwaruka rwinshi rugenda gukora #dubai rurahura nibi bibazo 5.
Kuberiki nabigarukanye nukugirango abantu bose bariko bategura canke bifuza kuja #UAE (United Arab Emirates) begende bazi bino bintu bibafashe kutabirwamo.
Kuko kugirira ikibazo muri bino bihugu biteranye ubwoba cane kandi binatesha umwanya w'akazi.
NUKO NDABAHAYE IKAZE CANE MU KIGANIRO
UFISE ICUTERERA ANDIKA MURI COMMENTAIRE
ACNKE MUTWANDIKIRE KURI +32 465 680 936
COACH JAPHET
Get vidIQ to grow your channel faster! 🚀
https://vidiq.com/CoachJaphetOffic
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: