#IBANGA
Загружено: 2025-11-21
Просмотров: 95
Описание:
#ubutunzi #amafaranga #agaciro #coachjaphet
Hagarika Kurondera #Amafaranga Kora Iki Kintu Kimwe Gusa #Ubumutunzi
Muri kino #kiganiro twavuze kukintu kimwe gusa cogufasha kugirango ube #umutunzi. Abantu benshi bariruka inyuma y'#amafaranga ariko bikarangira batayaronse kandi bari bakoze n'inguvu zabo zose n'umwanya wabo bari bafise kandi bavyizeye ariko bigahera atayo baronse.
Mbega biva kuki ni kuberiki ?
Nukutamenya ikintu kimwe gusa twavuze mu kiganiro.
Get vidIQ to grow your channel faster! 🚀
https://vidiq.com/CoachJaphetOffic
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: