KUBERIKI NAHISEMO UYU MURYANGO MURIYI BUSINESS ? INTAHE Z'ABARI MUMURYANGO
Автор: Coach Japhet Official
Загружено: 2026-02-06
Просмотров: 325
Описание:
#digitalgrowthcommunity #bsuinessonline #internet #2hoursaday
Mu 2021 naratakaje 12,000$ mu business ya online yari scam.
Muri iyi video, ndasangiza ukuntu maze kwibwa nakiriwe muri Digital Growth Community umuryango urinyuma yiyi Digital Marketing Business ndiko ndakwereka.
Muraka gace rero ndakweretse umuryango hama mu gace gakurikira nishura kukibazo kigira giti mbega ni gute notangura iyi business ?
Iyi video igenewe abantu bo mu Burundi, Rwanda, Afrika no muri diaspora barondera business ya online legit, itari scam, kandi itagusaba guheba akazi kawe ubwo nyene.
Nimba ushaka kumenya vyinshi kuri digital marketing business model ndiko ndakora, raba link iri musi canke wandike SYSTEM mu comments.
👉🏽 Ntusubire gukora ikosa nagize.
👉🏽 Hitamwo system ishobora guhindura ubuzima bwawe
Ushaka kunyandikira ni kuri whatsapp : +32465 680 936
email: contact.stepmethod@gmail.com
Coach Japhet
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: