Amateka mashasha ku runganwe rushasha rw’abakenyezi bo mu
Автор: Magazine Jimbere
Загружено: 2026-01-29
Просмотров: 111
Описание:
🎯Mu #Burundi, urunganwe rushasha rw’abakenyezi ruriko rurandika amateka mashasha
📌 Bafashijwe n’imigambi y'Ubuserukizi bwa Leta Zunze Ubumwe za Amerika nka Mandela Washington Fellowship, bariko barashinga amashirahamwe, bagashigikira iterambere ririmwo bose, kandi bagahindura ingorane mu mahirwe
🗣️ Irvine Murame, Espérance Amani na Gretta Iradukunda, abakenyezi batatu bariko barubaka kazoza k’Uburundi mu buhinga, mu butunzi no mu kwitaho ibidukikije
#hereforyou #usembassyburundi #alumni #womaninentrepreurship
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: