🏟️⚽️ Stade Intwari igiye kwugururwa icese itariki 31/1/2026, twishuye ku bibazo bitandukanye mwibaza
Автор: Magazine Jimbere
Загружено: 2026-01-28
Просмотров: 96
Описание:
Itariki 24/7/2025, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru ku mugabane wa Afrika CAF ryayemeje nka Stade mpuzamakungu yo muri Categorie 3, ni ukuvuga Stade yo ku muce wa 3
❓ Ushobora kuba uciye wibaza uti: None Stade mpuzamakungu yo muri Categorie 3 bishatse kuvuga iki? Ni izihe nkino Stade Intwari itarekuriwe kwakira? Hoho, ibura iki kugira ngo ishikane ibisabwa vyo kwakira izo nkino? Kuba ivyo bisabwa bidakwiye, vyoba bizotuma abarundi bahomba inkino Uburundi buzokwakira?
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: