Ni ngombwa guha ubumenyi bukwiye abagize umurwi CENI kugira amatora azogende neza (Ntahorwamiye)
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 2024-02-21
Просмотров: 138
Описание: Abakozi bagize umurwi umurwi w’igihugu wo gutegura amatora ngo babwirizwa kwigishwa neza kugira ngo na bo bazotange ubumenyi bukwiye mu vyerekeye amatora, kugira ngo kandi ivyo bize bizobafashe mu gihe c’amatora bwite. Vyavuzwe na Prosper Ntahorwamiye, arongoye umurwi CENI. Hari kuri uyu wa kabiri itariki 20 Ruhuhuma aho uwo murwi watanguza inyigisho z’iminsi ine zo gukarihiriza ubumenyi abakozi bayo.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: