Gélase Ndabirabe akoresha imvugo igayitse, Ntahorwamiye bikamugora kuyisigura
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 2022-03-29
Просмотров: 862
Описание: Amajambo umukuru w’Inama nshingamateka amaze iminsi akoresha asa n’ayatorohera abantu gutahura, mbere n’abari mu ntwaro nabo nyene bagasa n’uko bibayobera. Akarorero ni umuvugizi wa leta, Prosper Ntahorwamiye. Igihe bari mu kiganiro c’abavugizi b’inzego za leta ku wa gatanu uheruka, bamubajje ngo asigure ijambo « imizimu » Gélase Ndabirabe yakoresheje ariko avuga abatwara amapikipiki, ariko insiguro yaryo ikaba isa n’iyamugoye.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: