Mu Rutana abagumyabanga batanze imatela kw'ishure ry'imyuga ry'i Kayero, no kw'ishure rya Rutana
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2022-09-18
Просмотров: 1449
Описание: Mu ntara ya #Rutana abanywanyi b'umugambwe Cndd-Fdd baratanze imatela 100 kw'ishure ry'imyuga ry'i Kayero, imatela 135 kw'ishure ryisumbuye rya Rutana hamwe n'imatela 30 zatanzwe ku kigo c'abagendana ubumuga ca Gakwende. Umunyamabanga ntunganyabisata ajewe kumenyesha amakuru muri Cndd-Fdd Nancy Ninette Mutoni yarakeje abanyarutana kuri iyo ngendo izotuma indero itera imbere yongera abasaba abajejwe indero ko bokwama batanga inyigisho zo gukunda igihugu kuri abo barerwa
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: