Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD yasavye indongozi nshasha zizewe kwiyemera
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2023-10-10
Просмотров: 1440
Описание: Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD Reveriyano Ndikuriyo yasavye indongozi nshasha zizewe kwiyemera, kwicisha bugufi no kwirinda ibihuha. Ivyo yabivuze mu gihe bari baramutse batora abazorongora umugambwe mu ntara nshasha ya #Burunga.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: