Umugambi wa Twige Gusoma waratumye Abana bo kuri ECOFO Ngoma biga gusoma neza ikirundi
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-02-08
Просмотров: 40
Описание:
Kw’ishure #EcofoNgoma muri Komine #Kayanza baracivuga ivyiza vyakozwe n’ishirahamwe mpuzamakungu #FoodForTheHungry naho irangije ikirongo c’imyaka 10 ikorere muri ako karere.
Kuri iryo shure bati: "Uretse kwubakirwa ishure, baradufashije biciye mu mugambi "Twige gusoma" wongera akanovera gutyo, umwimbu w’abarerwa ubona gutera imbere". #Burundi #TwigeGusoma
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: