#Burundi
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2021-06-19
Просмотров: 6712
Описание: Abarundi ngo bakwiye bakwiye gutahura akamaro ko guhariranira kandi bakabikora bivuye ku mutima atari kubw'ibishobisho. Biri munyigisho z'ijambo ry'Imana risozera igikorane c'ijambo ry'Imana catunganijwe n'umuryango w'umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE ryashikirijwe n'umukozi w'Imana Marc KAGISYE cari kimaze imisi 3 kibera mu ntara ya Gitega.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: