"Ibihe bibi vyaranze Uburundi vyavuye ku burongozi bubi."- Umuvugabutumwa Onesphore Manirakiza
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-12-30
Просмотров: 1280
Описание:
"Ibihe bibi vyaranze #Uburundi bigatuma abantu batagwiza umwimbu vyavuye ahanini ku burongozi bubi." Ivyo bishikirizwa n'Umuvugabutumwa Onesphore Manirakiza, akaba kandi yamenyeshejwe kandi ko kuba indongozi z’indyadya bitera imivumo Igihugu. Uwo muvugabutumwa aravuga kandi icoranga indongozi nziza. Kurikira inyigisho z’umuvugabutumwa Onesphore Manirakiza yatanze kuri uwu 30 Kigarama 2025 mu gikorane categuwe n’umuryango w’Umukuru w’Igihugu, aho kiriko kirabera mu gisagara ca #Bujumbura.
#Burundi
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: