Haciye hasohoka Ubuhanuzi nyuma yaho wamutunzi wambere agendeye Uburundi|| Nicolas gutaha 08/02/2026
Автор: URUGENDO NEWS
Загружено: 2026-02-09
Просмотров: 4810
Описание:
Ni jewe, jewe nyene nabivuze; mbere naramuhamagaye, ndamuzanye, kand' urugendo rwiwe ruzogira amahirwe. Ni mwigire hafi mwumve ibi: uhereye mw itanguriro nta ho navugiye mu mpisho; uhereye aho vyabereyeho, nariho: kandi non' Uhoraho Imana antumanye na Mpwemu wiwe. Uku ni k'Uhoraho Umucunguzi wawe, Uwera w'Abisirayeli agize, ati Ni jewe Uhoraho Imana yawe, nkwigisha ibikugirira ikimazi, nkakurongora mu nzira ukwiye gucamwo. Iy' uba warumviye ivyagezwe vyanje, uba waragize amahoro ameze nk'uruzi, kand' ukugororoka kwawe kuba kwarabaye nk'imipfunda y'ikiyaga;
Yesaya 48:15-18#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news
#daniel_mugisha
#news_updats_interview
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: