ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

Amashirahamwe y’indege mu Burundi yatanguye kugurisha amatike mu mafaranga y’agaciro

Автор: Tele Renaissance

Загружено: 2023-09-27

Просмотров: 575

Описание: Kuva kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 27 Nyakanga, amatike y’abafata indege zikorera mu Burundi ategerezwa kugurishwa mu mafaranga mvamakungu. Ivyo biri mw’itangazo ryashizwe ahabona n’amashirahamwe Kenya Airways, Ethiopian Airlines, Rwandair na Brussels Airlines. Iyo ngingo ikaba ihagaritse umutima ishirahamwe OLUCOME kuko ribona ko igiye gukora ku Barundi bahora bafata ingendo baciye mu kirere, na rirya kugira uronke amafaranga mvamakungu mu gihugu ari ikibazo gikomeye. Ku bwa Gabriel Rufyiri arirongoye, ngo bizotuma n’amafaranga yo kw’isoko yo mu kinywabi, bita marché noir, aduga cane. Asaba leta y’Uburundi kwihutira gutorera umuti ico kibazo c’amafaranga y’agaciro kugira ejo ntihagire abandi badandaza bafata mwene izo ngingo ku gutinya guhomba.

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
Amashirahamwe y’indege mu Burundi yatanguye kugurisha amatike mu mafaranga y’agaciro

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

Uvira MAA23 iratunguranye ihita igota Umujyi, Abarundi na FARDC bohereje Batayo 4

NIWE MUSIRIKARE Utinyitse Mu Burundi Cyane| Ni Indwanyi Ikomeye| Nguyu Lt Gen Gervais NDIRAKOBUCA

Retraités burundais : la promesse présidentielle reste lettre morte

#burundi   Umunyamakuru  Abajije Neva Aho Yagurishije indege Amusubiza ko iri mwigaraje

Indege Ubushinwa bwahaye Uburundi yoba iriko ikoreshwa gute ?

AMAKURU YA GAKONDO LE 19/01/2025 UVIRA NIKI KIBYIHISHE INYUMA

Ifaranga ry’Uburundi ryataye agaciro ku bice birenga 70% mu myaka 2 gusa

Abakukuruke b’Abarundi : umuhango w’umukuru w’Igihugu wabaye impfagusa

Burundi : Ubuzima busa n'uburiko burananirana│Faustin Ndikumana

РЫСЬ В ДЕЛЕ... Рысь против волка, койота, змеи, оленя!

Itegeko ni ryo gusa rikwiye kwubahiriza uburenganzira bw’impunzi ziba muri Tanzaniya (C. Mugwengezo)

Amayeri y'iperereza ry'uburundi 2/5

Amayeri y'iperereza ry'uburundi 2/5

Почему венгры не понимают ни одного соседа? | Полная история Венгрии.

💥СКАНДАЛЬНОЕ видео УДАЛЯЮТ в РФ. Командир РФ НАПАЛ на Путина. ТРЕБУЕТ остановить

💥СКАНДАЛЬНОЕ видео УДАЛЯЮТ в РФ. Командир РФ НАПАЛ на Путина. ТРЕБУЕТ остановить "СВО". КАЗАНСКИЙ

Umwungere mukuru wa diocese Bujumbura ngo igi Police kirakwiye kwikora no Ku mbwa zabigenewe

Inyungu z’amafaranga n’izishingiye ku bwoko : ivyatumye igisirikare c’Uburundi kirungikwa muri Congo

Ibijanye n'indege yagenewe kurerura umukuru w'igihugu c'Uburundi ubu yakoteshejwe vyifashe gute?

Внутри самого мощного в мире бомбардировщика-невидимки

Ishirahamwe Dreaming for Change ryahimbaje isabukuru y'imyaka itanu rimaze ririko rirakora.

#Burundi  Ikiyago c'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye n'abenegihugu bo mu #Kayanza.

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]