ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

Ifaranga ry’Uburundi ryataye agaciro ku bice birenga 70% mu myaka 2 gusa

Автор: Tele Renaissance

Загружено: 2022-10-12

Просмотров: 443

Описание: Ifaranga ry’Uburundi ryarataye agaciro kuva mu mwaka w’2020 gushika ubu ku rugero rurenga ibice 70%. Urugero rutari bwagerweko mu myaka 50 iheze. Iyugururwa ry’amazu avunjishirizwamwo amafaranga, no kworohereza abarungikirwa amafaranga y’agaciro ngo ntibizotuma igihengeri mu vy’ubutunzi mu Burundi gihera canke ngo kigabanuke, ngo hakwiye nyabuna politike nziza yorohereza abanyamitahe kugira baze gukorera mu gihugu batikanga kunyagwa canke kugirirwa nabi. Biri mu cigwa casohowe n’umuhari MAP-Burundi Buhire, aho bavuga ko mu Burundi abanyamitahe batoroherezwa. Akarorero batanga ni ibiriko biba ku bitaro Kira Swiss Clinic. Ku bwa André Nikwigize, icegera c’uwurongoye uwo muhari, ngo hakwiye nyabuna ibiganiro bihuza abegwa bose na politike y’Uburundi, umuhari w’Imbonerakure ukakwa ibirwanisho ukanasubizwa mu buzima busanzwe, maze Abarundi bagasubira kubana mw’ituze, ivyotuma n’abanyamitahe bazana imitahe yabo ata co binona.

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
Ifaranga ry’Uburundi ryataye agaciro ku bice birenga 70% mu myaka 2 gusa

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

INKUKA Y'IMISA: KU WA KABIRI, 20-01-2026, IGIHE GISANZWE | Radio Maria Burundi (RMB)

Боевые действия остановлены / Договор заключён

⚡️В Чечне МЕГАТРАУР! Сын Кадырова НЕ ПРИШЕЛ В СОЗНАНИЕ? Борьба за ВЛАСТЬ в Грозном УЖЕ НАЧАЛАСЬ

Abategetsi b’Uburundi bafashe bugwati impunzi z’Abanyecongo bahungiye mu Burundi (C. Mugwengezo)

Agaciro k'ifaranga ry'u Rwanda | Byifashe bite ku isoko ry'ivungisha?

KUBERA IKI IFARANGA RY'U RWANDA RYATAKAJE AGACIRO BIDASANZWE?2023/24?

#Burundi : Abatware babiri bo ku #Mugoboka babomoye inzu z'abanyanyagihugu bategetswe kuzubaka

Ibanki nkuru ya Republika y'Uburundi BRB iragabisha abakoresha amafaranga mva makungu mu Burundi

Ugutakaza agaciro kw'ifaranga ry'u Rwanda | Impuguke zibibona zite?

Retraités burundais : la promesse présidentielle reste lettre morte

Amashirahamwe y’indege mu Burundi yatanguye kugurisha amatike mu mafaranga y’agaciro

Itangazo ry'ibanki nkuru y'Igihugu

Itangazo ry'ibanki nkuru y'Igihugu

Abakora akazi ko kuvunja amafaranga y’amahanga barasabwa kunoza imikorere yabo

IKI GITONDO LE 20/01/2026 FDNB/FARDC BONGEYE KUGENZURA IMISOZI Y’INGENZI HAFI YA UVIRA BASOHOYE ARC

Abakukuruke b’Abarundi : umuhango w’umukuru w’Igihugu wabaye impfagusa

Itegeko ni ryo gusa rikwiye kwubahiriza uburenganzira bw’impunzi ziba muri Tanzaniya (C. Mugwengezo)

IKI GITONDO LE 18|1|2026 U BURUNDI BWINJIRIYE U RWANDA, NEVA ABIJEMO, UGANDA BYAHINDUTSE, TRUMP

🔴 СРОЧНО СХВАТКА В ДАВОСЕ: ТРАМП ПРОТИВ ЕВРОПЫ! #новости #одиндень

Забытый метод выращивания картофеля, который даёт огромные урожаи без усилий

ЗАЧЕМ ТРАМПУ ГРЕНЛАНДИЯ? / Уроки истории @MINAEVLIVE

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]