Ndafise indoto yukwo hariho umusi nzokora ikintu gituma Uburundi bumenyekana. Girumugisha Claude
Автор: AKEZA TV
Загружено: 2024-02-13
Просмотров: 1551
Описание:
🔵🔴" Ndafise indoto yukwo hariho umusi nzokora ikintu gituma Uburundi bumenyekana . Mu Ntamba mu Rugamha ntibanyunzuye, abakinyi bamfashe nka mutoyi wabo ariko baranyereka ko ntakwiye kwerekana ko ndi muto mu kibuga ahubwo mbe hejuru ". Girumugisha Jean Claude mu kiganiro yakoranye na AKEZA SPORTS.
Yabandanije avuga ati : " Ndakunda kwigana abakinyi banyaruka cane , mu Burundi Cedric Amissi Jaba naramurabirako cane. Narakunda gukurikirana inkuru ziwe n'inkino niwe. Hanze naho ni Vinicius na Mbappe " .
Ni mumwumvirize
#akezasports #lesbeautesdecheznous
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: