Twatembereye mu kazinga (île) kari mu Burundi / Kari hagati mu kiyaga RWERU
Автор: AKEZA TV
Загружено: 2026-01-20
Просмотров: 33110
Описание:
Mwari muzi ko Uburundi bufise izinga, ribako abantu n’ibitungwa bitandukanye ? Ego cane…!!
Akeza.net iherutse kugendera abarundi baba mw’izinga ryitwa “Ku Ruyoka”, riri mu buraruko bw’igihugu, neza na neza mu ntara ya Butanyerera, Komine Busoni, hirya ya Kirundo. Ni ku mpera z’ubutaka bw’uburundi, aho abo benegihugu bahaba kuva mu 1980.
Ubuzima babayemwo buratangaje cane : N’ubwo bari kw’isi iri hagati y’ikiyaga ca Rweru, Bararima, bakorora kandi bakitezimbere. Bimwe mu bibazo bafise n’uko ivya nkenerwa vyinshi , bamanza gufata ubwato bakaja kubikorera ku yindi si , iri hakurya, I Busoni no mu Kirundo. Ivyo navyo ni nko Kwivuza, Kwiga, Guhamba ababo (Gufoba), n’ibindi n’ibindi.
Ntiwogenda utaravye kino kiganiro, kirimwo ibishingantahe bitangaje
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: