UKO IMANA YANTUMYE - PASTEUR BLAISE NDAYISABA
Автор: KWIZERA WORSHIP
Загружено: 2025-07-05
Просмотров: 1273
Описание:
Kaze kuri @kwizeraworshipteam-bi dusangire umugisha muri ubu butumwa bwiza twashikirijwe na Pasteur Blaise NDAYISABA aho yatwigishije amariba ya Mpwemu Yera ahejeje gushinga intahe ingene Imana yamutumye.
Yesu abahezagire kandi adushoboze kurondera amariba kugira ngo ni yaza azosange turi maso.
Turagushimiye wewe umaze gukora subscribe twongera tugusaba wewe mushasha gukora subscribe mu gufyonda ku kazogera kandi usangize nabandi bose kugira ubu butumwa bushikire bose.
#ubutumwa_bukiza #ubutumwa_bwiza
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: