Nibiki abarundi boguma bibukira ku wahoze arongoye Uburundi Melchior NDADAYE?
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2021-10-22
Просмотров: 13512
Описание: Bamwe mubanyepolitique hamwe n'abo mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politique bavuga ko bimwe muvyo bibukira k'uwahoze arongoye Uburundi Melchior NDADAYE harimwo kurwanya akarenganyo n'uguhagararira amategeko. Babishikirije kuri uyu wa kane ingenekerezo rya 21 Gitugutu hibukwa imyaka 28 irangiye incungu ya demokarasi agandaguwe.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: