HARAHEZE IMYAKA 90...
Автор: EGLISE PENTECOTE MISSION KAYOGORO
Загружено: 2025-09-14
Просмотров: 926
Описание:
#eglisepentecotekayoyogoro
Mu mwaka w' 1934, hagati y'imisozi y'i Burundi, haraje abamisiyonari bo mu gihugu ca Suwede. Barihanganira ubwoba, ukubinuba be n'imicokama ikomeye, vyababereye intambamyi.
Ni ku musozi "Karinzi, aho bavuga ko mu mazu yabo ba bamisiyonari bari barubatse, harimwo ibihume…
Haraciye igihe barizerwa, barigisha gushona, gusoma n'ukwandika. Ariko ahanini bari baje gukwiragiza ubutumwa bwiza.
Ubwo butumwa bwiza nibwo bwahavuye buvyara imfura y'amashengero ya Pentekoti mu Burundi, igenekerezo rya 2/05/1935.
N’ ISHENGERO RYA PENTEKOTI KAYOGORO.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: