REVEREND Pasteur NIRIKANA ELIACHIM //BISABWA KO WEZWA UGATUNGANWA KUGIRA NGO UTUMWE N'UHORAHO
Автор: BUCOS TV
Загружено: 2026-02-13
Просмотров: 65
Описание:
UBUTUMWA BW'UMWUNGERE WA MBERE W'ISHENGERO RYA PANTECOTE KIREMBA 1er Pasteur NIRIKANA ELIACHIM //BISABWA KO WEZWA UGATUNGANWA KUGIRA NGO UTUMWE N'UHORAHO
Umwungere wa mbere w'ishengero rya Pentecote KIREMBA NIRIKANA Eliachim yari yagendeye Centre GAKWENDE aho yaraje kubashikiriza aba pastori basengewe bo muriyo centre yongera abashikiriza iyo bazokorera,
Bikwiye ko umuntu yezwa neza agatunganwa kugira atumwe n'Uhoraho.
atubwiye n'uvy'umuhamagaro wiwe n'ingene yasengewe mw'ibango ry'ubu pastori akiri umusore.
#IjamboRyImana, #Kwizera, #Imana, #umucoweratv, #TémoignagesChrétiens, #meirratv, #beulah , #ubutumwabwamahoro
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: