Ikiringo ca kabiri ca Révérien Ndikuriyo ku burongozi bwa CNDD-FDD : ni uwuhe mukenyuro ku mugambwe?
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 2026-01-30
Просмотров: 4101
Описание:
Itorwa ku ncuro ya kabiri rya Révérien Ndikuriyo ngo arongore umugambwe CNDD-FDD, ririko riravugwa cane ku bijanye na kazoza k’igihugu mu bijanye n’intwaro rusangi, ikibanza c’abatavuga rumwe na CNDD-FDD hamwe n’ibijanye n’uguhiganwa biciye mu muco muri politike.
None itorwa ryiwe ryoba risigura iki ku bijanye n’ukwishira n’ukwizana muri politike y’Uburundi ?
Iryo torwa ryoba risanzwe canke rigiye kubandanya risubiza inyuma ibijanye n’ibikorwa vy’iyindi migambwe yirirwa isaba iyubahirizwa ry’intwaro rusangi ?
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: