ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

#Isezerano

Автор: Cndd-Fdd - TV

Загружено: 2026-01-23

Просмотров: 13206

Описание: Nk’uko vyama buri ntango z'umwaka, Umugambwe Cndd-Fdd watunganije igisabisho mpuzamadini co gukengurukira Imana ku vyiza Uburundi n’Abarundi bagabanye mu mwaka uheze, bongera biragiza Imana mu mwaka mushasha watanguye.

Mu ntango z'uyu mwaka w'2026, ico gisabisho mpuzamadini c'imisi itatu catunganijwe kuva kur’uyu wa kane igenekerezo rya 22 gushika igenekerezo rya 24 Nzero umwaka w'2026 mu ntara ya Gitega.

Ku musi wa mbere w'ayo masengesho, Umukuru w'Igihugu akaba n'Umukuru w'Inama Nkuru y'Inararibonye mu mugambwe CNDD-FDD yatanze impanuro zitari nke, ku bagumyabanga no ku ndongozi.

#warakozemana #isezerano.

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
#Isezerano

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

Urugendo ndongozi bocamwo kugira ibintu bigende neza/Mu mpanuro z'Umunyamabanga mukuru mu masengesho

UMUPATIRI aciye umugani ku Ndongozi zigenza nabi//Ingorane zo Gusumira hanze ivyo dufise mu Burundi

Bagurishije Serumogo Miliyoni 15 Babeshya Aba Rayon Ko Bamwirukanye Ngabo Avuze Ubusambo Bwose

Umugambi w' Umukuru w'igihugu wo guhindura Buyenzi igisagara c'icitegererezo

PAST OSCAR N.:

PAST OSCAR N.:"Turafise UMUKUNZI AZOTURABA mw'UYU mwaka /UBWOKO 3 BW'ABAGENZI"

Imbonakazoza y'Uburundi tuzoyishikako ari uko umurundi wese atunze atunganiwe  SE E. Nayishimiye

Igice ca 2/2 c'Ikiganiro caremeshejwe na Nyeniteka Umunyamabanga mukuru w'Umugambwe CNDD-FDD

02 nzero 2026: Igice ca 1/2 c’Ikiganiro caremeshejwe n'Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD

IKI GITONDO LE 11|2 I BURUNDI BYAKAZE NIYOMBARE YAGARUTSE, UWAMUGAMBANIYE, MAKENGA YINJIYE ISHAMBA

"IGIHUGU CAVUYE MU MENYO Y'INGONA" INTAHE YA REVERIANO NDIKURIYO UMUNYAMABANGA W'UMUGAMBWE CNDD-FDD

Bikuru bikuru vyaranguwe n'Umugambwe CNDD-FDD mu myaka itanu. Nzero 2021-Nzero 2026

RUFYIRI avuze ku kutumvikana kwa RÉVERIEN na PRESIDENT NEVA//Amajambo RÉVERIEN yavuze/Gutorwa irya 2

SEBARUNDI avuze ibintu bihambaye kuri Révérien NDIKURIYO//Umugambwe CNDD FDD iyo wavuye/Ivyo bashima

Mana dutabare😭 Chorale UPSEM Mugara Nuyumva urarira Pe🥺

Nyeniteka R. Ndikuriyo yuguruye amasengesho yo gushimira Imana agiye kumara imisi 3 abera i Gitega.

PADIRI THEOPHILE : DORE AMAKOSA ABAPADIRI N'ABALAYIKI BADAKWIYE KONGERA GUKORA MU MISA

NTUZONGERA GUSOMANA UKO WIBONEYE NUMARA KUMVA INDWARA GUSOMANA BITERA

MFISE UBURENGANZIRA BWO GUSENGERA MURI MISIYONI NSHAKA KUKO ABADUCANISHIJEMWO BADUSHIZE MUBUGARAGWA

S.E NEVA Abwiye Amajambo ATANGAJE Reverien NDIKURIYO/M23 TWAYIBUJIJE gufata UVIRA Kubera INGABO Zacu

NGABA ABA PEREZIDA 8 BA MBERE Muri AFURIKA BAYOBOYE NEZA KURUSHA ABANDI

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]