#inyigisho
Автор: Umwungere TV
Загружено: 2026-03-02
Просмотров: 241
Описание:
👉“Stress irashobora kukwica buhoro buhoro utabizi…"
Stress ni ikibazo gihura n’abantu benshi muri iki gihe, ariko benshi ntibamenya ico ari co canke ibiyitera vy’ukuri. Muri iki kiganiro, umuhinga muvyo kuvura ibikomere nsensereza mutima, Pof.Dr David Niyonzima yagiranye n'umwungere News ku buzima bwiwe yaratanze impanuro, aravuga neza:
✅ Stress ni iki?
✅ Ni ibiki bitera Stress mu buzima bwa misi yose
✅ Ibimenyetso vya Stress ku mubiri no mu bwenge
✅ Uko womenya ko ugeze ku rugero ruteye ikibazo
✅ Impanuro zogufasha kuyimenya hakiri kare
iyi vidéo iragufasha gutahura neza ivyo urimwo no gufata ingingo zibereye.
🔔 Ntiwibagire gukora #Subscribe, Like, Share kugira n'abandi bunguke kuri izi mpanuro ngirakamaro ku buzima bwacu
#stress #ubuzimabwiza #mentalhealth #inyigisho #ubwenge #lifeadvice #burundi @UmwungereTV
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: