James Kabarebe arashira ahabona umugambi mubi wa Congo n’Uburundi ufashwe mu mugongo na ONU
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 2025-02-27
Просмотров: 19232
Описание: Urwanda rutegerezwa kwama rwitwararitse kwikingira mu gihe bimaze kuvugwa ku mugaragaro ko abategetsi b’Uburundi na Congo bipfuza gutembagaza ubutegetsi. Umunyamabanga mu bushikiranganji bw’Imigenderanire n’amakungu no gufashanya mu karere, général James Kabarebe, yabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ku wa gatatau uheze, aho yerekanye umugambi mubi w’ibihugu bimwe bifashwa n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU. Akaba kandi yavuze ko inyuma y’ivyo vyose, ibihugu bimwe na bimwe, cane cane nk’Uburundi na Congo, hinyegeje agatima k’ihonyabwoko.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: