ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

Igitito ca " Nzirabahinda n'umugabo yariye umwungu yabujijwe"

Автор: Uburundi Mu Kirundi

Загружено: 2020-09-30

Просмотров: 1041

Описание: Abarundi barayamaze bati agashitsi ka kera kavumbika umuriro, ibi bitito mwumva ntawuzi uwabivuze ubwa mbere . Gutita canke gufuruguta ni umuco kama w'abarundi wafasha mu gukebura , kwigisha ; vyarateramika abantu , bakabanga amatwi iriyagwa rikanyura ubwenge. Umwanya bamaze batita ntawiyumvira inabi, ahubwo n'uwamye ayiyumvira yaramuvamwo kubera inyigisho iri mu gitito. Ni muzirikane karya kungane karangiza igitito " si je nohahera, hohera naka kuko ya..." . Mu gitito uwakoze inabi arahahera( iramuhama) , agize Imana ntahitanwe n'ivyago , aja mu mageza amugarukana ku kwirimbura.

None ako gashitsi ka kera, ntimwoza tukakavumbikisha akariro k'indero runtu ndundi? Ya ndero yatuma ahari abagabo hatarwa ibara, yatuma umwana ataba uwumwe, yatuma uwugeze mu za bukuru adakena udukwi n'utuzi, yatuma umuvyeyi angana n'uwundi ntihagire umwana ahangara uwumukurira, ....n'izindi ngeso nziza ?!

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
Igitito ca " Nzirabahinda n'umugabo yariye umwungu yabujijwe"

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

Umviriza ingene Inarunyonga yahenze Umwami hamwe n'ingene yashitse i Ngozi ahazanwe na Inakigunu

Umviriza ingene Inarunyonga yahenze Umwami hamwe n'ingene yashitse i Ngozi ahazanwe na Inakigunu

Intwaro ya cami yavutse gute mu Burundi ?

Intwaro ya cami yavutse gute mu Burundi ?

Imigani: Abagabo barondera iki ku bagore ?

Imigani: Abagabo barondera iki ku bagore ? "umugani w'umugabo w'intahanurwa"

Umwami Mwezi GISABO N'Igitito ca bavukana batatu

Umwami Mwezi GISABO N'Igitito ca bavukana batatu

Urakeneye kumenya ingoma y'umwami MWEZI GISABO n'ibibazo yahuye navyo ? Ni muri iyi nkuru

Urakeneye kumenya ingoma y'umwami MWEZI GISABO n'ibibazo yahuye navyo ? Ni muri iyi nkuru

Akaranga k'Uburundi: ibitito( umukwe wo ku ndaro n'umugore w'inda ndende; Igikoko citwa

Akaranga k'Uburundi: ibitito( umukwe wo ku ndaro n'umugore w'inda ndende; Igikoko citwa "kuzimu" )

Ibitito : abana na mukase ; umwana na nyina yari umuvyeyi gito

Ibitito : abana na mukase ; umwana na nyina yari umuvyeyi gito

Ninde Burundi IMANGA YUBUKA MU CERU

Ninde Burundi IMANGA YUBUKA MU CERU

Amakuru Agezweho  mu  rwanda uyumunsi

Amakuru Agezweho mu rwanda uyumunsi

Mbega ibintu vyose birafise amazina mu kirundi? Internet woyivuga gute?

Mbega ibintu vyose birafise amazina mu kirundi? Internet woyivuga gute?

Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi

Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi

Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije

Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije

Ibitito: igitito c'umugabo yataye umugore wiwe mw'ibenga.(inkuru ijanye n'urugo)

Ibitito: igitito c'umugabo yataye umugore wiwe mw'ibenga.(inkuru ijanye n'urugo)

Imigani: umwami n'igisizimwe ( umwami yari aguye mu mutego azira inkumi)

Imigani: umwami n'igisizimwe ( umwami yari aguye mu mutego azira inkumi)

Ibitito : abakobwa basangiye se; umwe avuka ku mugore w'inkundwakazi , uwundi ku ntabwa

Ibitito : abakobwa basangiye se; umwe avuka ku mugore w'inkundwakazi , uwundi ku ntabwa

MBONYE UMUKUNZI MWIZA - The Lily of the Valley - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA N°20

MBONYE UMUKUNZI MWIZA - The Lily of the Valley - INDIRIMBO ZO GUHIMBAZA IMANA N°20

AMAYAGWA 8. IBISOKOZO 3 : Ibisokozo 11-30

AMAYAGWA 8. IBISOKOZO 3 : Ibisokozo 11-30

Ibitito: umwana na muka se; Bakobwa mugisabwa, mukure icigwa muri aya mayagwa!

Ibitito: umwana na muka se; Bakobwa mugisabwa, mukure icigwa muri aya mayagwa!

Umugani wa Joriji baneti 😄

Umugani wa Joriji baneti 😄

INKURU YUMUKOBWA WAKUNZE IGIKOKO ATAZIKO ARIGIKOMANGOMA BAROZE AGATUNGURWA NO KUBONA KIVUYEMO.......

INKURU YUMUKOBWA WAKUNZE IGIKOKO ATAZIKO ARIGIKOMANGOMA BAROZE AGATUNGURWA NO KUBONA KIVUYEMO.......

© 2025 ycliper. Все права защищены.



  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности



Контакты для правообладателей: [email protected]