Twe Turi Aba Gen4 - Gen 4 Burundi
Автор: Focolari Burundi
Загружено: 2024-07-30
Просмотров: 590
Описание:
TWE TURI ABA GEN4
Twe turi aba gen4(2x)
Twebwe turi abana ba Chiara(2x)
Twatoye gukunda Imana(2x)
Kumwe Chiara yayikunze(2x)
Yemeye gukunda abantu bose(2x)
Kandi natwe nivyo dushaka(2x)
R1/Kunda ubwambere/kunda umwansi,
Kunda bose, kunda Yezu
Bizoguha akamwemwe kenshi/bizoguha amahoro mu mutima.
Aba gen4 dukora iki?
Dukunda Yezu mubandi
Aba gen4 dukunda gute/
Dukunda abandi mu bikorwa
Ivyo bikorwa bimeze gute ?
R2/Gufasha abavyeyi ibikorwa
Abavukanyi n’abakozi
Gufasha umwansi n’umukene
Nivyo bikorwa biduha amahoro
Aba gen4 dukora iki ?/Dukunda Yezu mu bandi
Aba gen4 dukunda gute ?
Dukunda abandi mugutanga
Aba gen4 dutanga iki ?
R3/ Akamwemwe, umwanya wacu/umunezero intwengo yacu
Udukino hamwe n’indamutso/nivyo biduha amahoro
None twebwe teiyemeje iki ?
Gukwiza ugwo rukundo hose
Mwiza we!(2x0
Uko niko twe dushaka kubaho
Mwiza we!(2x)
Iyo niyo nzira twe twatoye
Mwiza we!(2x)
Muragerageze namwe mwibonere
R1/Kunda ubwambere……
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: