Gukurikirana imirima bifise akamaro (MINEAGRIE & One Acre Fund - Burundi)
Автор: MINEAGRIE BURUNDI TV
Загружено: 2024-08-30
Просмотров: 164
Описание:
"Ibiganiro vyigisha umurimyi bitegurwa n'abahinga mu vy'uburimyi babifashijwemwo n'ishirahamwe One Acre Fund - Burundi abenshi bazi kw'izina rya TUBURA"
Kaze mu rukurikirane rw'ibiganiro bituyagira uburyo bwiza bwo kurima kijambere :
Gutegura isi ndimwa ,
Gutegura imbuto ,
Gutegura umwavu ,
Gutegura inyongeramwimbu ,
Gutera ivyatsi bikinga inkukura ,
Gukurikirana imirima ,
..... n'ibindi
Mu mpera z'ikiganiro hariho ikibazo kibazwa abakurikiranye ikiganiro bagatanga inyishu nziza mu kwakura ku nimero itariha 3109. Mu kwishura ikibazo ukoresha umuhora wa Lumitel canke wa Econet ku misi yose y'akazi (8H00-12H30 / 14H00 - 17H30).
Inyishu zizotangwa kugeza kw'igenekerezo rya 13 Nyakanga 2024
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: