Bibwire Yesu - Live at Worship Room | Light Music
Автор: Light Music
Загружено: 2024-07-19
Просмотров: 62530
Описание:
Bibwire Yesu (Live) Light Music , recorded live at Worship Room.
Subscribe to get the latest music and videos from Light Music: https://www.youtube.com/channel/UCLg6...
Stay connected:
Instagram: / lightmusicburun. .
Facebook: / lightmusicbu. .
Lyrics:
179 r
Tell it to Jesus. T.H.131
Verse1
ly' urushe, iy' uremerewe.
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Iy' ukumbuye bimwe vya kera,
Bibgire Yesu nyene.
Verse2
Ayo marira n'ayo marushwa,
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Har' icaha wari wanyegeje?
Bibgire Yesu nyene.
Chorus
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Bibgire Yesu nyene.
Ni we Mukunzi wawe
Nta wundi wobona hafi yawe
Bibgire Yesu nyene.
Verse3
Uratinya k'urupfu ruzoza?
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
lyumvir' ingene Yes' azoza,
Bibgire Yesu nyene.
Produced by Medard Pro
Video: Dr Ahmad
Musicians on set
Parker, Juif, Christian Marlesh, Vividrums , Justin , Kheris, Chrispin , Winny Charis, Kelly
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: