Hari inkomezi // Chorale Pentecôtiste de l'UPG // Album Hari inkomezi
Автор: Chorale Pentecôtiste de l' UPG
Загружено: 2023-05-06
Просмотров: 21219
Описание:
Abaheburayo 9:12-14
Kand' amaraso y'impene cank' ay' amashuri, si yo yamushikanye ahera cane, ariko yahashikanywe n'ayiwe maraso rimwe gusa, yironkeye ugucungura kw'ibihe bidashira. Non' amaraso y'impene n'ay' amapfizi bo n'umunyota w'inka y'iriza ucucagiwe abahumanye, ko vyeza imibiri igahumanuka, mbeg' amaraso ya Kristo, uwo yitanze ku Mana atagira agasembga, abitewe na Mpwemu ahoraho, ntazorushiriza guhumanura imitima yanyu ngw ibikorwa vy'impfagusa biyivemwo, kugira ngo mubone ingene mukorera Imana nzima?
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: