Gitega : Umurwi w'abantu badandaza kandi banywa ikiyayuramutwe "Booster" wafashwe n'igiporisi
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2020-03-18
Просмотров: 2940
Описание: #Burundi : Umurwi w'abantu bagera kuri 16 badandaza kandi banywa ikiyayuramutwe co mu bwoko bwa #Booster" niwo wafashwe n'igiporisi mu ntara ya #Gitega. Bamwe muri abo bafashwe basanzwe ari ab'i #Bujumbura ariko badandariza ico kiyayuramutwe i Gitega. Umviriza Moise Nkurunziza, Icegera c'Umuvugizi w'igiporisi, akaba ashikiriza ingene uwo murwi wahora ukorana.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: