Abarira By Happy-Ric Family Senior
Автор: Happy - Ric Family Semior
Загружено: 2023-09-29
Просмотров: 81327
Описание:
Amahoro ncuti zacu
Hama twasha kubamenyeshako iy'indirimbo yarikuzosohoka Inyuma yamezi abiri ariko kubera abantu beshi bagumye badusabako twoyisohora duhisemwo kubunvira
Turangiza tubashimire ukuntu mwitwararika kuraba ubutumwa tubaha biciye mundirimbo
Imana ikomeze kubibahezagirira turabakunda tubipfurize kuzogira Iherezo ryiza.
Indirimbo yitwa abarira By Happy-Ric Family Senior
Mugenzi dufashe gukwiragiza Ubu butumwa dutanga biciye mundirimbo
Imana izobiguhembera
Uwokwipfuza kugira icabaza canke ico yunganira yoturondera.
Gmail : [email protected]
page : Happy-Ric Family Senior
WhatsApp :+257 71 386 423
Facebook : Éric PRO
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: