Umunyamabanga wa Vatican Cardinal Parolin yifadikanije n'abakiristu mu misa yaherejwe i
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-08-17
Просмотров: 20081
Описание:
Umunyamabanga wa Reta ya #Vatican Cardinal Pietron Parolin mu gusozera urugendo yari amazemwo imisi mu #Burundi yifadikanije n'abakiristu mu guhereza inkuka ya misa ku musozi wa Siyoni i #Gikungu, kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 17 Myandagaro, 2025.
Muri yo nkuka y'imisa kabaye akaryo ko gushimira Imana ku myaka 60 iheze Reta y'uburundi na Reta ya Vaticano basinye amasezerano y'imigenderanire no gufashanya mu gutunganiriza ababa mu Burundi, kandi ngo ivyo bashitseko biragaragara.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: