aba niga 2 n'ibebi S02, Ep10 : Ibisanga vya Audry
Автор: Yaga Burundi
Загружено: 2022-10-09
Просмотров: 14604
Описание:
😭💦 Alvin atashe asanga Audry kw'iterefone, amosozi atemba nk'amazi ya Mubarazi.
🙆🏽♂️ Audry amwiganiye ivyo yabonye, Alvin ati:" Nta nkeka, vyabaye".
🤷🏽♀️ Monna we ntabifata nk'aho ari ijuru ryakorotse. Ku bwiwe, ubuzima burabandanya.
🤨 None ivyo bisanga vyashikiye Audry ni nyabaki ? Uburyo bwo kubimwibagiza Alvin amubwiye bwo ni amahoro ?
📽️ Ni muvyirabire
#NdafisIjambo
#IbihanzeUrwaruka
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: