ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

NDATUMA NDE?//REVEREND PASTEUR NIRIKANA ELIACHIM KIREMBA

Автор: Chorale 2

Загружено: 2026-02-13

Просмотров: 309

Описание: YESAYA 6:1
Mu mwaka Umwami Uziya yatanzemwo, nabonye Umwami Imana avyagiye ku ntebe y'ubgami ndende, ashizwe hejuru, impuzu yiwe y'igisaga yuzuye urusengero. 2 Abaserafi b bari bahagaze hejuru yiwe: umuserafi wese yar' afise amababa atandatu: abiri yayatwikiriza mu maso, yandi abiri yayatwikiriza ibirenge, yandi abiri yarayagurukisha. 3 c Babarirana basemerera, bat' Uwera, Uwera, Uwera, ni we Uhoraho Nyen' ingabo: isi yose yuzuye icubahiro ciwe. 4 d Amatanguriro y'imiryango anyiganyizwa n'ugusemerera kwabo, inzu yuzura umwotsi. 5 e Maze ndavuga, nti Mbonye ibara, ndapfuye; kuko nd' umunyaminwa yanduye, kandi mba hagati y'ubgoko bufise iminwa yanduye; kukw amaso yanje abonye Umwami, Uhoraho Nyen' ingabo. 6 Maz' umwe mu baserafi araguruka, aza aho ndi, afise ikara ryaka mu ntoke, yokoje ikimano ku gicaniro; 7 arinkoza ku munwa, arambarira, at' Ehe, iri rikoze ku minwa yawe; ukugabitanya kwawe ugukuweko, icaha cawe kirahongewe. 8 f Numva ijwi ry'Umwami Imana rivuga, riti Ndatuma nde, ni nde yotugira? Maze ndavuga, nti Ndi hano, ba ari jewe utuma.

KWIRIKIRANA UBUTUMWA BW'UMWUNGERE WA MBERE MISSION KIREMBA NIRIKANA ELIACHIM N'INTAHE YIWE INGENE YAHAMAGAWE N4INGENE YASENGEWE MU BU PASTORI AKIRI UMUSORE.

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
NDATUMA NDE?//REVEREND PASTEUR NIRIKANA ELIACHIM KIREMBA

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

GUKIZWA NEZA // PASTEUR IYAKAREMYE PROSPER

GUKIZWA NEZA // PASTEUR IYAKAREMYE PROSPER

IKANISA Y'UKWEZI KWA 2,/ PENTECOTE KIREMBA

IKANISA Y'UKWEZI KWA 2,/ PENTECOTE KIREMBA

UMUHANGO WOGUSHINGURA  UMUVANDIMWE MUTEGETSI PATRICK MUSHONDA  WATABARUKIYE UGANDA NAKIVALE R.I.P

UMUHANGO WOGUSHINGURA UMUVANDIMWE MUTEGETSI PATRICK MUSHONDA WATABARUKIYE UGANDA NAKIVALE R.I.P

Kireko ararwaye cane😭 // Twagiye aho arwariye uku niko vyifashe.

Kireko ararwaye cane😭 // Twagiye aho arwariye uku niko vyifashe.

NATEWE INDA NDI UMUBIKIRA NKOMEZA MU MUHAMAGARO WANJYE/NARI UMUKOBWA MWIZA ABAGABO BAHORA BAHIGIRA😭

NATEWE INDA NDI UMUBIKIRA NKOMEZA MU MUHAMAGARO WANJYE/NARI UMUKOBWA MWIZA ABAGABO BAHORA BAHIGIRA😭

#ELIE NDIKUNKIKO UMUHISI BAMUSHIKANYE KUKIBUGA CINDEGE Le26;05;2024. KAZE MUBIKURIKIRANE

#ELIE NDIKUNKIKO UMUHISI BAMUSHIKANYE KUKIBUGA CINDEGE Le26;05;2024. KAZE MUBIKURIKIRANE

Ndagusavye Ubu butumwa ntibugucike ubwumvirize witonze uburangize pasteur Gérard Kamwenubusa kanyami

Ndagusavye Ubu butumwa ntibugucike ubwumvirize witonze uburangize pasteur Gérard Kamwenubusa kanyami

UBUMWE BUTARIHO BUTERANYWA N'IMYAMA

UBUMWE BUTARIHO BUTERANYWA N'IMYAMA

Inama y'ibihangange base ko Gen. Bunyoni ajanwa kuvurizwa KENYA || Reverien &Evariste

Inama y'ibihangange base ko Gen. Bunyoni ajanwa kuvurizwa KENYA || Reverien &Evariste "NIVYOYIGIRA"

wa mukobwa uhamagara akakubwira ibirakubaho byose nti birenze iminsi 3 gusa twamusuye iwabo MUSANZE

wa mukobwa uhamagara akakubwira ibirakubaho byose nti birenze iminsi 3 gusa twamusuye iwabo MUSANZE

DAWIDI YICA GORIYATI

DAWIDI YICA GORIYATI

KUGIRA NGO UMUVYURO UZE ABANTU BARASENGA // PASTEUR IYAKAREMYE PROSPER

KUGIRA NGO UMUVYURO UZE ABANTU BARASENGA // PASTEUR IYAKAREMYE PROSPER

Intahe ya Denise NKURUNZIZA ku rupfu rwa Petero NKURUNZIZA//Ibihe vyiwe vyanyuma/Ubuzima twabanyemwo

Intahe ya Denise NKURUNZIZA ku rupfu rwa Petero NKURUNZIZA//Ibihe vyiwe vyanyuma/Ubuzima twabanyemwo

Vyakomeye:

Vyakomeye: "Ugira Wanke Nkwinjira Muri Ekleziya kubera Ako kadinidini?" Niwumve Ukuri Urekane Nabang

NTA KURE

NTA KURE

IHANE NEZA KUGIRA NTUZOSANGIRE UMUGABANE N'INKOZI Z'IBIBI/// PASTEUR CIZA ELYSEE

IHANE NEZA KUGIRA NTUZOSANGIRE UMUGABANE N'INKOZI Z'IBIBI/// PASTEUR CIZA ELYSEE

👉AGATHON Rwasa Bitunguranye Mu Cibitoke: Yashinje Ndayishimiye Kuba Perezida ku Izina Gusa!

👉AGATHON Rwasa Bitunguranye Mu Cibitoke: Yashinje Ndayishimiye Kuba Perezida ku Izina Gusa!

TWABUZE IKI NGO TUBE ABA KRISTO BAHAGAZE NEZA? // PASTEUR IYAKAREMYE PROSPER // ABISIGUYE NEZA.

TWABUZE IKI NGO TUBE ABA KRISTO BAHAGAZE NEZA? // PASTEUR IYAKAREMYE PROSPER // ABISIGUYE NEZA.

Intahe ya Eloge umwe mubahoze ari umuyoboke wa ZEBIYA/Narafunzwe ndahunga/Yavuga ko yatumwe n'Imana

Intahe ya Eloge umwe mubahoze ari umuyoboke wa ZEBIYA/Narafunzwe ndahunga/Yavuga ko yatumwe n'Imana

INZAMBA IZOVUGA MW'IBANGA/PASTEUR PADON

INZAMBA IZOVUGA MW'IBANGA/PASTEUR PADON

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]