INTAHE CLAUDE: NAKUZE NDI IMPFUVYI 😭😓 ARIKO NTIVYAMBUJIJE GUTERA IMBERE.🥇
Автор: Authentic Reach
Загружено: 2026-02-11
Просмотров: 152
Описание:
Kuri Authentic Reach, turabazanira inkuru z’ukuri zishigikira imitima kandi zigatera inkomezi. Iyi ni intahe ya Claude, umuhungu yavutse ata bavyeyi ariko abasha gutsinda ibihe bigoye no gushika ku ntsinzi mu buzima. Urugendo rwiwe ruratwigisha ko ingorane zidashobora guhagarika iterambere ry’umuntu wiyemeje, afise ukwihangana, ukwizera n’umutima wo kudacika intege. Naho hari abashobora kugushidikanya canke kutagufasha, umugisha wawe ntushobora kuzibirwa, kuko Imana iguhagaze inyuma ikakurwanirira. Iyi ntahe n' icigwa gikomeye ku rwaruka n’abantu bose bashaka guhindura ubuzima bwabo biciye mu gukora, ukwizera n’umwete.
Raba iyi video gushika ku mpera kugira wungukire ku nyigisho zayo zifise akamaro mu buzima bwawe.
👉 fyonda like nyimba wakunze video(like)
👉 Wiyandikishe ku channel Authentic Reach (Subscribe)
👉 Tanga igitekerezo cawe mu bitekerezo (Comment)
👉 Sangira iyi video n’abandi bashobora kuyungukirako (Share)
@VisionTalkmedia
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: