INTANGAMARARA (2): BANGAHE MURI CUMI IYO DUSOMERWA BIBILIYA, BATUBWIRA KOKO UBUTUMWA BWIZA?
Автор: Evangile Complet TV
Загружено: 2026-02-16
Просмотров: 183
Описание: Muri iyi video, Havuzwemwo ico arico Ubutumwa Bwiza, Ko ivuka rya Yesu ( ukuza kwa Yesu) mwisi ari amakuru meza mumatwi y'uwo vyaba biguye mumatwi wariwe wese mubo mwisi, Havuzwemwo muburyo bwo gutahuzwa ko Yesu avutse gusa mwisi isi ngo hari ibintu yari ikize, hari ibintu vyari bikuweho kwongera kuyishikira( urubanz:Amazi igihe ca Nowa, Umuriro igihe ca loti), urubanza rwaciye ruhabwa igihe carwo naho nyene ruca rugenerwa ibigaba bizoba vyarakengereye Ineza y'Umuremyi yatanze Yesu, Imwe mumirongo Yahonyoweko Muri iyi video: LUKA 2:11/ YESAYA 53:5 / ABAROMA 8:1 , Muri iyi Video havuzwemwo vyagutse ko Ibisomwe muri BIBILIYA atari iminsi yose bituzako ari ubuyumwa bwiza, kuko ubutumwa bwiza misi yose bukwiye kwumvika muwubwumva Kandi abereye kubwumva nk'inluru yoroshe mumutwi iryoshe iza itamuhagarika umutima ariko muri yo yumvamwo inyishu kubimuremereye.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: