ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

Niwigire wari intwari mu muryango!

Автор: Emmanuel Nkengurutse Mr N.

Загружено: 2020-06-11

Просмотров: 186517

Описание: Perezida Petero Nkurunziza [18/12/1964 - 8/6/2020]
------------------------------------------------------------------------------------

Wari umuvyeyi udukunda natwe tukagukunda
Iyo aba ari ibikunda twari kugumana
Ariko kuko kuri iyi twese turi ingenzi
Muvyeyi wacu mwiza niwitahire

Wari umuvyeyi udukunda natwe tukagukunda
Iyo aba ari ibikunda twari kugumana
Ariko kuko kuri iyi twese turi ingenzi
Muvyeyi wacu mwiza niwitahire

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Watubaye hafi muvyeyi wacu mwiza
Waraduciriye ingero kugira tubeho
Ntiwadutahe watugumye hafi muvyeyi
Ntituzibagira ivyiza wadukoreye

Watubaye hafi muvyeyi wacu mwiza
Waraduciriye ingero kugira tubeho
Ntiwadutahe watugumye hafi muvyeyi
Ntituzibagira ivyiza wadukoreye

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Niwigire
Niwigire wari intwari mu muryango
Wari intore
Wari intore mu babanyi n'abagenzi
Wari umunyamahoro ntiwashwana n'abantu
Tuzi ko tuzohurira iwacu mw'ijuru

Raba uragiye kandi ugiye tukigushaka
Twari tukigukeneyeko vyinshi mu muryango
Ariko Imana na yo ikora uko igomba
Ni yo ibona ibikwiye n'ibibereye

----------------------
Translation
----------------------

President Peter Nkurunziza [18/12/1964 - 8/6/2020]

Farewell you were a brave man in the family

You were a parent who loved us and whom we loved
If it were possible you should stay with us
But because we all are travellers in this world
Farewell our dear parent

Farewell
Farewell you were a brave man in the family
You were a good man
You were a good man amongst neighbours and friends
You were peaceful you never quarrelled with people
We know we will meet again at home in heaven

You always were close to us, our dear parent
You worked hard so that we could live
You never left us, you always were close to us, dear parent
We will never forget your good deeds towards us

Look, you have departed but we still wanted you
We still needed you for a lot of things in the family
But let the will of God be done
He is the one who knows what's necessary and right

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
Niwigire wari intwari mu muryango!

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

Chorale ABAHIZI B'INKOMEZI yasubiyemwo indirimbo Petero NKURUNZIZA yakunda gutamba

Chorale ABAHIZI B'INKOMEZI yasubiyemwo indirimbo Petero NKURUNZIZA yakunda gutamba

Indirimbo za karahanyuze ndundi zakunzwe , vidéo lyrics  Evariste Musoni, Bernard, Godelieve, Goreth

Indirimbo za karahanyuze ndundi zakunzwe , vidéo lyrics Evariste Musoni, Bernard, Godelieve, Goreth

NI NDE -- URUKUNDO IS AMARONKO

NI NDE -- URUKUNDO IS AMARONKO

Джем – Niwigire wari intwari mu muryango!

Джем – Niwigire wari intwari mu muryango!

Twarahemukiye Sokuru :Leonard Niyomwungere

Twarahemukiye Sokuru :Leonard Niyomwungere

Indirimbo yo gusezera S.E Président Pierre NKURUNZIZA || +Paroles de la chanson en français

Indirimbo yo gusezera S.E Président Pierre NKURUNZIZA || +Paroles de la chanson en français

" 𝑩𝒂𝒕𝒖𝒃𝒘𝒊𝒚𝒆 𝒃𝒂𝒕𝒊 𝒂𝐛𝐚𝐡𝐮𝐭𝐮 𝐮𝐤𝐰𝐚𝐛𝐨, 𝐚𝐛𝐚𝐭𝐮𝐭𝐬𝐢 𝐮𝐤𝐰𝐚𝐛𝐨! 𝑵𝒂𝒉𝒐 𝒕𝒘𝒂𝒓𝒊 𝒅𝒖𝒇𝒊𝒔𝒆 𝒖𝒃𝒘𝒐𝒃𝒂 𝒕𝒘𝒂𝒓𝒂𝒏𝒔𝒆

Ukuri k'URUPFU rwa NDADAYE//Abamwishe//Uruhara rw'AMERIKA na BUYOYA//ico bashaka gushikako//Amakuba

Ukuri k'URUPFU rwa NDADAYE//Abamwishe//Uruhara rw'AMERIKA na BUYOYA//ico bashaka gushikako//Amakuba

Quran mu Kirundi.

Quran mu Kirundi.

Raba ingene ikiziga c' Umuhisi Petero Nkurunziza cavanywe i Karusi gushika i Gitega

Raba ingene ikiziga c' Umuhisi Petero Nkurunziza cavanywe i Karusi gushika i Gitega

Uhoraho arakomeye by Komezagusenga Choir

Uhoraho arakomeye by Komezagusenga Choir

Hymne du Parti CNDD-FDD avec les paroles

Hymne du Parti CNDD-FDD avec les paroles

BUKAVU:IKI GITONDO LE10/2/26/UBWOBA NIBWOSE KURI MAA/ HINJIYE ABASIRIKARE BENSHI|FDNB/FARDC BAPANUYE

BUKAVU:IKI GITONDO LE10/2/26/UBWOBA NIBWOSE KURI MAA/ HINJIYE ABASIRIKARE BENSHI|FDNB/FARDC BAPANUYE

Final Uwishe Lt General Adolphe Nshimirimana Nawe Arishwe🚨Imana Ntibesha #Neva #Bunyoni #nkurunziza💔

Final Uwishe Lt General Adolphe Nshimirimana Nawe Arishwe🚨Imana Ntibesha #Neva #Bunyoni #nkurunziza💔

CINJIRE By N PETER

CINJIRE By N PETER

INGANZWA BY SOPHIE NZAYISENGA OFFICIAL VIDEO ISANGO STAR TV

INGANZWA BY SOPHIE NZAYISENGA OFFICIAL VIDEO ISANGO STAR TV

INTWARI ZA CNDD FDD

INTWARI ZA CNDD FDD

Vuguvugu

Vuguvugu

Umugirwa  nyezina wo gushingura umuhisi, uwahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza

Umugirwa nyezina wo gushingura umuhisi, uwahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza

TUVYUKA MUGITONDO TURWANA NA SATANI BY CHORALE1 NYAKABIGA

TUVYUKA MUGITONDO TURWANA NA SATANI BY CHORALE1 NYAKABIGA

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]