Ni abahe bakinyi biyerekanye ku rugero rwo hejuru ?
Автор: AKEZA SPORTS
Загружено: 2026-02-10
Просмотров: 501
Описание:
PROLONGATION YO KUWA KABIRI 10. 02.2026 :
🔹Ligue A Burundi : Ni abahe bakinyi bigenjeje neza gusumba abandi ku ndwi ya 20?
🔹Ligue A Burundi : Ni irihe tandukaniro rya phase retour na phase aller ?
🔹 LA Liga : Joan Laporta ntiyipfuza kubandanya arongoye Barcelona.
🔹 LA LIGA : Real Madrid ibandanya kwigenza neza muri la Liga.
Premier League : Kubera iki abantu batizera ko Arsenal ishobora gutahukana igikombe ?
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: