#Rutana
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-04-25
Просмотров: 610
Описание:
Impunzi z'abakongomani zaje ziva muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo #RDC zimuriwe i #Musenyi mu ntara ya #Rutana Komine #Giharo zaronkejwe imfashanyo igizwe n'umuceri, ibaharage, ifu y'ibigori, amavuta y'ikigazi, amata, imitobe, ibitenge n'amasabuni. Iyo mfashanyo ikaba yatanzwe n'Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'Uburundi. Angeline Ndayishimiye yagendeye izo mpunzi akaba yatumiriye abarundi kubaba hafi ntibaze basonzere mu gihugu c'Uburundi.
#Burundi
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: