Abanyeshure 808 bakurikiranye inyigisho z'imyuga ku kigo c'i
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-24
Просмотров: 179
Описание:
Abanyeshure bagera ku 808 bakurikiranye inyigisho z'imyuga ku kigo cigisha imyuga c'i #Nyabugimbu muri Komine #Mugina intara ya #Bujumbura baronkejwe inkaratasi zemeza ko bakurikiranye izo nyigisho kandi bakazimenya. Izo nyigisho zitunganwa n'Umugambi w'igihugu #PACEJ ukukira ubushikiranganji bw'indero ufashwe mu mugongo na banki y'isi yose.
#Burundi #BanqueMondiale
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: