POP THE BALLOON BURUNDI EP 02/MATCH OF THE LOVE with MC Radjah: Batweretse Urukundo rwinshi
Автор: POP THE BALLOON 257
Загружено: 2025-09-23
Просмотров: 11231
Описание:
POP THE BALLOON 🎈canke MATCH OF THE LOVE ni show yo kumena utu balloons ishingiye ku kwidagadura.
Duhuza abantu bashaka abakunzi mu buryo butangaje mu BURUNDI 🇧🇮.
Dufise intumbero yo gufasha abantu bashaka abakunzi ariko batararonka uburyo bwo kuronka abo biyumvamwo.
Ubu nuburyo bushasha kandi bushimishije bwo guhuza abantu batazinanye kugira bibere abakunzi mugihe bashimanye.
Woba wipfuza umukunzi?
Warabuze uwo mukundana canke uwo wiyumvamwo?
Iyandikishe uciye kuri zino number(whatsaap) : +257 79588554
Kora SUBSCRIBE, LIKE, COMMENT na SHARE kugira mudushigikire.
GOD BLESS YOU
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: