Burundi new Look: 😍 igicapo gishasha cerekena igisagara ca Gitega kizoba kimeze | Uburundi bushasha
Автор: Decent T&C
Загружено: 2022-05-23
Просмотров: 6429
Описание:
Uburundi bushasha : Mu kigo OBUHA kijejwe gutunganya ibisagara, uburaro n' inyubako caraye gishize ahabona igicapo c’inyubako n’uburaro zigiye kwubakwa i Gitega mu ntumbero yo gutunganya gushasha neza uwo murwa mukuru wa politike - GITEGA .
Ico gicapo gishasha cerekena ukuntu igisagara ca Gitega kizoba kimeze, caramaze guhera. Inyubako zizokubakwa hakaba harimwo uburaro rusangi, inyubako z'igihugu hamwe n' izubushikiranji butandukanye (Buildings Administratifs).
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: