IVYO TWIBAZA K’UBUNTU BW’IMANA
Автор: UKURI KUBOHORA
Загружено: 2024-06-19
Просмотров: 2296
Описание:
Abantu benshi iyo bumvise ijjambo “Ubuntu” bagira inyifato zitandukanye.Hari abanezerwa,ariko benshi na cane cane mubakizwa baca bumva umenga babwiwe gukora ivyaha.
Iyo bumvise umuntu ariko arigisha k’Ubuntu bw’Imana kenshi baca bamwirinda eka mbere bakamwagiriza ko Yigisha ibinyoma kandi azimiza abantu.
Muri kino kiganiro,Ange-Michel MUHAYIMANA na Emmanuel Nsenga barishura ibiibazo benshi bibaza kuvyerekeye Ubuntu be’Imana eka mbere n’ababwigisha.
Barasigura:
1.Ubuntu icarico
2.Ubuntu ico butari
3.Ibituma abantu benshi banka inyigisho z’Ubuntu
4.Ibindi bibazo vyinshi vyerekeye Ubuntu
Mwumvirize,mwige kugira mumenye UKURI KUBOHORA.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: